Amakuru
19 septembre 2023

Intumwa idasanzwe ya ONU iraba agateka ka zina muntu isaba ko ikibanza A c’umurwi CNIDH gisubirwamwo

Umurwi w’igihugu w’agateka ka zina muntu nturiko ukora akazi kawo nk’uko wategerezwa. Hari ivyo ukorako ugasha, ahandi na ho ugakorera ku murongo washinzwe n’ubutegetsi bw’Uburundi. Uko ni ko bibonwa n’umuhinga wa ONU ajejwe agateka ka zina muntu mu Burundi, Fortuné Gaetan Zongo.

Mbega abanyepolitike bamwe bamwe babivugako iki ?