Ingingo Leta y’Uburundi yafashe mu ntumbero yo kurwanya ikiza ca Covid-19 ni nziza ariko ntizisa n’izo ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho amagara y’abantu OMS risaba. Bivugwa na Come Konakuze, umuhinga mu vy’amagara y’abantu, aho avuga kandi ko Leta y’Uburundi yari ikwiye kwigisha uko bokwirinda ico kiza, ihereye ahantu hahurira abantu benshi. Nayo guca amande abanyagihugu sivyo bizoza gukuraho ico kiza.
Amakuru
13 janvier 2021