Amakuru
20 février 2021

Impunzi z’abarundi zahungiye mw’ikambi ya Mahama ziri mu gahinda inyuma y’aho zumviye ko ishirahamwe HCR rigiye kugabanura imfashanyo ryahora ribaha

Impunzi z’abarundi zahungiye mw’ikambi ya Mahama ziri mu gahinda inyuma y’aho zumviye ko ishirahamwe HCR rigiye kugabanura imfashanyo ryahora ribaha. Impunzi zikabona ko n’ivyahuha bigiye guhuhuka, na rirya zari zisanzwe zironka intica ntikize. Abaserukira abandi muri izo mpunzi z’i Mahama bakaremesha bagenzi babo ko hakiriho icizere ko HCR ishobora kwisubirako.