Amakuru
30 août 2023

Imigenderanire hagati y’ubutegetsi bw’i Gitega na FDLR yoba igiye guhagarara burundu ?

Aheruka kuja i Mabayi kugabisha abanyagihugu ku bijanye n’ihungabana ry’umutekano muri iyo komine yo mu ntara ya Cibitoke. Umushikiranganji wa Mbere Gervais Ndirakobuca yagiriza Abanyamabayi gucudika n’abarwanyi b’Abanyarwanda bacumbitse mu Kibira.
Abanyepolitike bamwe bamwe boba babivugako iki ?