Amakuru
17 mars 2021

Ikiganiro « Kahise k’Uburundi »

Mu rukurikirane rw’ikiganiro ku bijanye na « Kahise k’Uburundi » musanzwe mukurikirana ku mbuga za Television Renaissance, Alphonse Rugambarara akidushikiriza atubwira ingene Uburundi n’abarundi babayeho kuva ku bakoloni, n’ingene abarundi baho hambere bashoboye kuvyifatamwo.