Mu rukurikirane rw’ikiganiro « Agateka k’umukenyezi», umuhari Inamahoro, abakenyezi n’abigeme baharanira amahoro n’umutekano, utuyagira ku nkomoko z’amabi akorerwa abakenyezi mu Burundi. Umwe mu banywanyi b’uwo muhari avuga ko inkomoko y’amabi akorerwa abakenyezi ifatiye ku mico, nk’ukutagira ijambo kw’abakenyezi mu Burundi. Umuhari Inamahoro urateye akamo abategetsi b’Uburundi n’Abarundi bose guhagurukira rimwe mu kurwanya amabi akorerwa abakenyezi.
Amakuru
11 décembre 2021