Amakuru
29 octobre 2021

Ikiganiro « Agateka k’umukenyezi »

Mu rukurikirane rw’ikiganiro « Agateka k’umukenyezi », uyu munsi umuhari Inamahoro, abakenyezi n’abigeme baharanira amahoro n’umutekano, utubwira uruhara rw’umukenyezi mu bibazo vy’amahoro n’umutekano. Biri mu ngingo ya 13/25 y’inama y’umutekano y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU. Tubishikirizwa n’umwe mu banywanyi b’umuhari Inamahoro.