Amakuru
9 octobre 2021

Ikiganiro « Agateka k’umukenyezi »

Ingene umwe mu bubatse ashobora kwitwarira mugenzi we iyo ataranguye ivyo ategerejwe mu rugo. Nivyo tuza kwihweza mu rukurikirane rw’ikiganiro « Agateka k’umukenyezi » mutegurirwa n’umuhari Inamahoro, abakenyezi n’abigeme baharanira amahoro n’umutekano mu Burundi. Bivugwa n’umwe mu banywanyi b’uyo muhari, asaba sentare gushiraho ikiringo ntarengwa kare kugira ibintu ntibiyangare.