Mu kiringo c’imyaka 5 gusa, ibiciro vy’ivya nkenerwa mu miryango vyaraduze ku rugero runini, hagati y’ibice 150 na 300%. Nk’uko abanyagihugu babivuga mu ntara zitandukanye, ubuzima bwarazimvye cane kuva mu mwaka w’2016. Abanyagihugu bakabona ko leta yari ikwiye kubafasha mu gushiraho amategeko akingira umwimbu, mbere ikanashiraho amategeko yubahiriza ibiciro kw’isoko.
Amakuru
28 février 2022