Amakuru
13 septembre 2022

Ico kumenya kw’isuzuma mpuzamakungu ry’ibihugu ryimirije ku vyerekeye agateka ka zina muntu

Mu rukurikirane rw’ikiganiro « Agateka k’umukenyezi », umuhari Inamahoro, abakenyezi n’abigeme baharanira amahoro n’umutekano, uratubwira kw’isuzuma mpuzamakungu ry’ibihugu ryimirije ku vyo biba vyiyemeje mu vyerekeye agateka ka zina muntu.