Amakuru
28 août 2021

Ibwirizwa nshingiro ry’Uburundi rirubahiriza ubwigenge bw’ubutungane

Ubutungane bw’Uburundi buraha ububasha bwose umukuru w’igihugu bwo guhagararira ubutungane butunganiriza bose n’ubwo gushigikirwa n’abanyagihugu muri ico gikorwa. Bishikirizwa n’umushingwamanza Dieudonné Bashirahishize, mu kiganiro « Karahara mu ruganda ntibacura » c’urunani rw’ibimenyeshamakuru Radio Inzamba Agateka Kawe, RPA na Télé Renaissance.