Ubuzima bubandanya buzimba mu buryo budasanzwe, ukwiyunguruza kwabaye ndanse, abantu bakishingira ibiciro bishakiye. Izo ni zimwe mu ngaruka z’ibura ry’igitoro mu Burundi. Ibintu bikaba biguma biyangara mu mihingo itandukanye y’igihugu. Ariko leta ikigumira mu gacerere ntangere.
Amakuru
13 avril 2022