Ibitigiri vy’abanyororo biguma vyiyongera cane mu Burundi. Ubushikiranganji bw’Ubutungane buheruka gushikiriza ko vyagabanutse ku rugero rushimishije. Ariko abaharanira agateka ka zina muntu bo bakavuga ko atari vyo.
Amakuru
10 juillet 2024