Abantu barenga cumi baragandaguwe muri kino gice ca mbere c’ukwezi kwa Rusama mu Burundi. Ariko akenshi, abicanyi n’igituma abantu bishwe ntibimenyekana. Ivyo bikaba vyibonekeje mu mpande nka zose z’igihugu. Twitter Facebook LinkedIn Pinterest E-mail WhatsApp