Amakuru
12 septembre 2022

Hatowe Urwego rw’abahuza ruzokwakira imanza z’amatati ku mitumba n’amakaritiye bigize igihugu

Urwego rw’abahanuzi bo ku mitumba no mu ma karitiye rwatowe mu gihugu cose kuri uno wa 12 Nyakanga. Ruzoba rugizwe n’abantu 15. Bakazohora bakira imanza z’amatati zahora zija mu masentare y’intango kugira bayaremurure.

None amategeko ategekanya ko abo bahuza bazokora gute ?