Mbega ni igiki gituma hataba ukwitaho ababa baritangiye igihugu hanyuma bakitaba Imana canke bakiriho ku rwego rw’igihugu ? Ni iki cokorwa kugira ivyo bikosorwe ? Inyishu tuzihabwa n’umwigisha muri kaminuza akaba n’umuhinga mu bijanye na politike Gérard Birantamije, umutumire mu kiganiro « Karahara mu ruganda ntibacura ».
Amakuru
28 mai 2022