Birakenewe ko bamwe mu bigisha bo mu ntara ya Bururi bakarihirizwa ubwenge. Ivyo vyashikirijwe n’umuyobozi w’indero muri iyo ntara. Ni inyuma y’aho asanze bamwe mu bigisha bashasha batazi igifaransa basanzwe bigisha mu mashure.
Amakuru
26 mars 2024