Amakuru
3 octobre 2023

CNDD-FDD ifitaniye isezerano n’Imana, ntihategerezwa ibihuha ku bwa Evariste Ndayishimiye

“Umuntu yibaza ko yontera ubwoba, ni areke kwiruhisha !” Ni muri ayo majambo umukuru w’Igihugu yakoresheje mu guha impanuro abanywanyi b’umugambwe CNDD-FDD mu masengesho yo gushimira Imana yari yatunganijwe i Gitega ku wa 28 Nyakanga. Hari inyuma y’aho hari ibihuha vyavuga ko hariko hategurwa itembagazwa ry’ubutegetsi igihe Evariste Ndayishimiye yari amaze iminsi mu mahanga.

None ivyo bihuha vyoba biva kuki ?

Umukuru w’Igihugu yari akwiye kwitwara gute muri kino gihe ?