Amakuru
11 décembre 2023

Bitebe bitebuke umukuru w’Igihugu azobazwa abasirikare bariko barapfira muri Congo (MSD)

Bamwe muri bo bamaze iminsi bapfira ku ntambara mu ntara ya Kivu yo mu buraruko, abandi bakomerekerayo mu gihe abandi bagirwa imbohe. Abasirikare b’Uburundi barungikwayo mu mpisho gufashanya n’abo muri Congo kurwanya umurwi witwaje ibirwanisho wa M23. Abanyepolitike bamwe bamwe bafata gute iyo ngendo ya leta y’Uburundi yo gushigikira uruhande rumwe kandi vyitwa ko iriko irahuza abariko batana mu mitwe ?

Amakungu yokora iki kugira iyo ntambara imaze igihe muri ako karere irangire ?