Mu gisata c’umutekano naho, ngo birababaje kubona ubwicanyi bubandanya kwiyongera, Leta nayo ikaguma mu gacerere. Gervais Nibigira, icegera c’uwurongoye urunani RCP, asigura ko ivyo biva ku kudahana gusinzikaje igihugu, ivyo ngo bishobora gutuma ibintu bibandanya kuba bibi.
Amakuru
7 janvier 2021