Amakuru
21 février 2023

Amashure ni umushinge w’iterambere. Urwaruka rukwiye kwima amatwi abategetsi bavuga ko ata co amaze

Abarundi bize amashure menshi bagirizwa n’umukuru w’Igihugu kutamufasha guteza imbere igihugu. Evariste Ndayishimiye ntiyemeranya n’ababona ko umuzi w’iterambere mu Burundi ari ugukomeza inyigisho mu mashure.
None ubumenyi bwo mu mashure bwoba bufise ico bumaze vy’ukuri?