Amakuru
24 décembre 2020

Amakuru yo ku wa 24.12.2020

► Agace k’ikiganiro umuhisi Petero Buyoya yasigura politike yo guserukirwa ku rugero rungana rw’abahutu n’abatutsi muri Leta y’Uburundi;
► Birababaje kubona Tanzaniya ihonyanga agateka k’impunzi zibayo ntihagire igikorwa (Inamahoro).