Akamo k’umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye ngo kajanye n’ibisabwa n’abahora bafasha Uburundi uhereye ku muryango w’ibihugu vya Buraya. Ishirahamwe OLUCOME rivuga ko ukwivuguruza kw’umukuru w’igihugu kuri ico kibazo vyerekana vyinshi vyinyegeje inyuma y’iyo ngingo. Gabriel Rufyiri avuga ko umukuru w’igihugu ashaka gukwirikiza ivyo abahora bafasha Uburundi babasaba kugira bashobore gusubira kubafasha.
Amakuru
15 juin 2021