Amakuru
27 février 2023

Agateka k’abanyororo mu Burundi karahonyangwa, ivyo vyemangwa na CNIDH

Imbere y’abashingamateka, hashikirizwa icegeranyo cawo co mu mwaka w’2022 ku bijanye n’agateka ka zina muntu mu Burundi, umurwi w’igihugu ujejwe agateka ka zina muntu, CNIDH, uremeza uburyo budashemeye abanyororo bapfungiwemwo mu busho butandukanye mu Burundi, n’aho umugambi wa leta utegekanya kugabanya ubwinshi bw’abanyororo mu mabohero, watanguye.
None hokorwa iki kugira ico kibazo c’ubwinshi bw’abanyororo gitorerwe umuti urama ?