Amakuru
3 avril 2023

Abategetsi barakwiye guhindura ingendo bagakoresha ibiri mu cegeranyo c’isuzuma rya PEFA

Bimwe bimwe mu biri mu cegeranyo c’imfatakibanza c’isuzuma ry’ingene uburyo bw’igihugu bukoreshwa mu Burundi biheruka gushirwa ahabona. Ubu harindiriwe icegeranyo ntabanduka PEFA c’umurwi w’abahinga.

Mbega ico cegeranyo kiba kirimwo iki ?

Coba kizomarira iki igihugu n’abanyagihugu ?