Amakuru
17 mars 2023

Abarundi bahemukiye Rwagasore kuva kera, ugusenyura icibutso ciwe kwerekana ko bikibandanya

Birababaje kubona icibutso ca Rwagasore gisenyurwa mu Ntara ya Karusi. Bivugwa n’umushakashatsi kuri kahise k’Uburundi Alphonse Rugambarara. Ariko abona ko bidatangaje kuko Abarundi bahemukiye iragi rya Rwagasore kuva kera mu kugendera ku macakubiri kandi Rwagasore yashira hamwe Abarundi bose.