Amakuru
2 février 2023

Abarundi babana mu mwumvikano ntangere imbere y’uko abakoloni baza

Ku munsi wa gatatu itariki 1 Ntwarante ni ho hatanguzwa icese indwi yahariwe Ubumwe bw’Abarundi. Inama yo gutanguza ibirori ikaba yuguruwe n’Icegera c’umukuru w’Igihugu. Prosper Bazombanza akaba yibukije ko Abarundi babana ata kwinubana imbere y’uko abazungu baza.