Amakuru
6 septembre 2023

Abakozi ba leta bo ku rwego rwo hejuru babaye abadandaza ni bo batuma hari ibidandazwa bikena

Haramaze iminsi ibidandazwa vya nkenerwa nk’isukari, isima, igitoro hamwe n’ibinyobwa vya BRARUDI, biza birabura. Ivyo bigatuma haba abikika mu kiza mu kuduza ibiciro.

Mbega iryo kena ry’ibidandazwa ryoba riva kuki ?

Hokorwa iki kugira ico kibazo gitorerwe umuti ?