Amakuru
6 mai 2023

Abaharanira agateka ka zina muntu baratewe amakenga n’igumizwa mw’ibohero rya Floriane Irangabiye

Ni iki coba kiri inyuma y’ingingo yo kugumiza umumenyeshamakuru Floriane Irangabiye mu munyororo ?

Mbega uwahoze ari umushikiranganji wa Mbere, Alain Guillaume Bunyoni, yoba yahagaritswe kubera ubwicanyi yagirizwa ?

Ni iki Abarundi bokwitega ku murwi CVR mu kubanywanisha ?