Amakuru
30 juillet 2024

Abaganga baja kurondera akazi hanze kubera ukudakunda igihugu (E. Ndayishimiye)

Mu ngendo amazemwo iminsi mu mihingo itandukanye y’igihugu, Evariste Ndayishimiye yavuze ko abaganga bava mu Burundi baja gukorera mu bindi bihugu batabitumwa n’agahembo gato. Umukuru w’Igihugu abona ahubwo ko badakunda igihugu cabo.