Abacamanza nta burenganzira bwo kwikika mu kiza ngo barihenze kugira bace imanza nabi. Ivyo bishikirizwa na Aimée Laurentine Kanyana. Umuhuza w’Abarundi yabivuze ku munsi wa kabiri mu Rutovu mu ntara ya Bururi, igihe yari yazindutse agendera abanyagihugu b’iyo komine. Akaba yariko yishura kuri kimwe mu bibazo abanyagihugu b’iyo komine bariko baramutura.
Amakuru
10 août 2024