Nta muhinga mu gutohoza uko agateka ka zina muntu kifashe mu Burundi azokwemererwa kwinjira ku butaka bw’Uburundi kuko leta y’Uburundi itemera uburyo yashizweho. Albert Shingiro, umushikiranganji w’Imigenderanire y’Uburundi n’amakungu yabivuze ku wa kane w’indwi iheze mu mubonano yagiranye n’abaserukira ibihugu vyabo mu Burundi n’amashirahamwe mpuzamakungu.
Amakuru
14 décembre 2021