Incanco zo mu bwoko bwa SINOPHARM zahawe Uburundi n’igihugu c’Ubushinwa ngo ni incanco zemewe n’ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho amagara y’abantu OMS. Bivugwa na Dr Xavier Crespin, aserukira iryo shirahamwe mu Burundi. Uyo aserukira OMS mu Burundi arashimira abatanze izo ncanco akongera agahamagarira Abarundi bose kwicandagisha.
Amakuru
16 octobre 2021