Mu rukurikirane rw’ikiganiro « Agateka k’umukenyezi » c’uno munsi, umuhari Inamahoro, abakenyezi n’abigeme baharanira amahoro n’umutekano, utubwira ingingo y’126 y’igitabo c’amategeko mpanavyaha ivuga ko hagati y’abubakanye ata wushobora kugurisha amatungo y’umuryango mu gihe batavyumvikanye. Umuhari Inamahoro ukamenyesha kandi ko iyo ngingo isigura neza amatungo y’umuryango ico arico.
Amakuru
25 septembre 2021