Ingene ikiza ca Corona kiriko kirarwanywa mu Burundi vyarerekanye ko abategetsi b’igihugu batazi ico bajejwe. Bivugwa na Jérémie Minani, arongoye umugambwe w’ihuriro ry’abaharanira intwaro rusangi mu Burundi (RDB), yisunze igwirirana ry’ibitigiri vy’abandura uwo mugera. Akibutsa abarongozi ko bari bajejwe gukingira abanyagihugu bose nk’uko ibindi bihugu bimwe bimwe vyabikoze.
Amakuru
14 septembre 2021