Umukuru w’igihugu ategerezwa kumenya kuraba ibintu muri rusangi. Ako ni akagohe ka Me Dieudonné Bashirahishize, umushingwamanza anaharanira agateka ka zina muntu ari mu buhungiro. Avuga ko umukuru w’igihugu yotangurira ku mizi y’ibibazo kugira abitorere inyishu. Agafatira ku karorero k’ubutungane, aho yerekana ingene uburyo abinjira muri ico gisata butuma bijukira ibiturire.
Amakuru
27 août 2021