Uno munsi usozera isekeza rya CAVIB ku caha c’ukunyuruza abantu bakaburwa irengero, urunani rw’abashingwamanza baserukira abakorewe amabi y’agahomerabunwa mu Burundi, rushikiriza ko ingaruka zo kunyuruza abantu bakagenda ntibasubire kuboneka ari nyinshi cane ku buzima bw’abo basize. Imiryango igirirwa iterabwoba, hakaba n’abaca bagwara indwara zo mu mutwe. Me Gustave Niyonzima, arongoye CAVIB, akavuga ko biterwa n’ukudahana abantu baba bakoze ivyo vyaha.
Amakuru
21 août 2021