Abanyepolitike batavuga rumwe na leta barashima uwo mugambi wa leta uzogira akamaro kanini mu bijanye n’ubutunzi. Kubwa Karori Nditije, arongoye umugambwe UPRONA utavuga rumwe n’ubutegetsi, ngo kugira iryo terambere rishikweko, hoba ingingo yo kwisunga ubumenyi hamwe n’ubuhinga ku bazorongora intara nshasha.
Amakuru
20 août 2021
