Amakuru
12 août 2021

Ingingo zo guhangana n’ikiza ca Corona zikwiye gufatirwa mu nama nshikiranganji

CAVIB igahanura Leta y’Uburundi yose ngo ifate mu ntoke ico kibazo co guhangana n’ikiza ca Corona, ntisubire kubigira ibintu bijejwe ubushikiranji bumwe canke umurwi w’igihugu. Ingingo zifatwa ahubwo zigirwe mu nama Nshikiranganji nk’uko biba mu bindi bihugu mu guhangana n’ico kiza ruhonyanganda.