Amakuru
5 août 2021

Abanyagihugu bo mu Mugamba babayeho mu bwoba kubera komiseri Moïse Arakaza

Uwurongoye igipolisi muri komine Mugamba Moïse Arakaza, batazira Nyeganyega, ariko arahonya imiryango. Emmanuel Nkengurutse, yahoze ari umukenguzamateka, aratabaza abajejwe intwaro mu ntara no ku rwego rw’igihugu bagarukire abanya Mugamba. Akibutsa umukuru w’igihugu ko ejo azobibazwa niyo atahagarika ubwo bwicanyi ngo ashengeze ababukora.