Hari urubuga ruzohora ruha amakuru agezweho abari mu gisata c’ugushora ibidandazwa mu mahanga canke kuvyinjiza mu Burundi. Urwo rubuga rwatangujwe ku mugaragaro na Domitien Ndihokubwayo, umushikiranganji w’ikigega ca Reta. Akamenyesha ko urwo rubuga ruzogirira akamaro kanini yaba Reta canke abakorera muri ico gisata co gushora hanze be no kwinjiza mu gihugu ibidandazwa.
Amakuru
29 juillet 2021