Evariste Ndayishimiye ngo ntiyigenza nk’uwurongoye igihugu ufatiye ku majambo yavugiye mu gihugu ca Congo. Ivyo bishikirizwa na Jérémie Minani, arongoye umugambwe Rassemblement des Démocrates Burundais (RDB). Ku bwiwe ngo guhakana ko ata bantu banyuruzwa mu gihugu c’Uburundi vyerekana ko Evariste Ndayishimiye abifisemwo uruhara.
Amakuru
20 juillet 2021
