Petero Nkurunziza ngo nta kintu na kimwe yakoze cerekana ko yanywanishije abarundi. Charles Nditije, arongoye umugambwe UPRONA utavuga rumwe na Leta, amenyesha ahubwo ko uwo yahoze arongoye Uburundi yateranije abarundi abicishije mu gusambura amasezerano ya Arusha.
Amakuru
12 juin 2021
