Mbega amafaranga ategekanywa buri mwaka yo gukoresha indege y’umukuru w’igihugu itabaho aja he ? Ico ni ikibazo ishirahamwe rirwanya ibiturire n’isesagurwa ry’amatungo ya leta ryibaza. Gabriel Rufyiri, arongoye iryo shirahamwe OLUCOME, akavuga ko atumva ingene leta ishobora kuba yama ivuga ko yigenga kandi yikukiye, kandi umukuru w’igihugu akoresha indege z’abandi mu kuja mu makungu.
Amakuru
9 juin 2021
