Amakuru
27 mai 2021

Amasezerano mashasha y’uguha uburenganzira bwo gukinga no kurwanya ihonyabwoko ishirahamwe ONU afise ibintu ngenderwako bishasha kandi bikomeye

Ayo masezerano mashasha y’uguha uburenganzira bwo gukinga no kurwanya ihonyabwoko ishirahamwe mpuzamakungu ONU afise ibintu ngenderwako bishasha kandi bikomeye. N’iko amaleta yagiye hamwe yumvikana gukingira abanyagihugu bayo mu kurengera inyungu z’amaleta arondera gushigikirana mu mabi. Ivyo bisigurwa na Me Gustave Niyonzima.