Kahise k’Uburundi gasa n’akaciye mu minwe abarundi bashobora kuba baragumanye akahise babwiwe n’abakoloni. Ukwo kutamenya akahise k’Uburundi bikaba arivyo bishobora kuba bituma abarundi badasubiza hamwe. Ni muri iyo ntumbero tubasaba gukurikira ikiganiro kuri kahise k’Uburundi, aho mukurikira Dr Alphonse Rugambarara, akurikiranira hafi kahise k’Uburundi.
Amakuru
5 mars 2021
