Carina Tertsakian, umushakashatsi mw’ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu mu Burundi IDHB, avuga y’uko igituma amabi yakozwe mu burundi anyegezwa ari uko mu gihugu c’Uburundi hari ubutungane butigenga aho bukoreshwa n’abategetsi bo hejuru kandi ko bamwe muri abo bategetsi bagirwa n’amabi yagiye arakorwa. Arongera akavuga y’uko ayo mabi kenshi akorwa n’abagize leta y’Uburundi harimwo bamwe mu bagize igipolisi, abagize iperereza, abari mu gisirikare hamwe n’urwaruka rw’Imbonerakure.
Amakuru
27 février 2021