Amakuru
21 novembre 2023

Ubutwari bw’abarwanyi ba CNDD-FDD ntibuhurizwako n’abanyepolitike

Kuva ku wa 16 Munyonyo uheze, umugambwe CNDD-FDD wariko uhimbaza indwi witiriye Intwari zahabuje amahoro na demokarasi. Ku munsi wo gutanguza ibikorwa vy’iyo ndwi, umukuru w’Igihugu, ari na we arongoye urwego rw’inararibonye muri uwo mugambwe uri ku butegetsi, yerekanye ko ingwano CNDD-FDD yateye mu gihugu yatumye demokarasi itsimbatara.

Abandi banyepolitike babivugako iki ?