Ikurwa ry’Uburundi ku rutonde rw’ibihugu bitegerezwa kuronswa urucanco rw’ikiza Covid-19 rizogira ingaruka mbi ku banyagihugu. Uwo ni umubabaro wa Vital Nshimirimana, arongoye urunani rw’amashirahamwe FORSC. Urwo runani rwaheruka gusohora icegeranyo ca kabiri ku kuntu leta yitaho ico kiza, aho rwerekana ingene ubutegetsi busa n’ubutitaho inkomezi z’ico kiza.
Amakuru
9 février 2021