Amakuru
13 juin 2023

Abanywa, abarima hamwe n’abadandaza itabi barakwiye kubiheba mu ntumbero yo kurwanya amabi arivako

Igenekerezo rya 31 Rusama ni umunsi mpuzamakungu wahariwe kurwanya itabi. Kurabira hamwe ingaruka itabi rigira ku magara y’abantu hamwe n’ibikorwa bikwiye gukorwa mu kurwanya itabi ni yo ntumbero y’uwo munsi mukuru. Uno mwaka Uburundi bwarifatanije n’amakungu mu guhimbaza uwo munsi.

Mbega itabi ryoba rifise ingaruka izihe ku magara y’umuntu ?

Mbe hoho birakunda ko umuntu anywa itabi ashobora kuriheba ?